|
![]() |
|||
|
||||
OverviewUmwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21). Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bifise ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo. Full Product DetailsAuthor: Mark Durie , Benjamin HegemanPublisher: Deror Books Imprint: Deror Books Dimensions: Width: 14.00cm , Height: 1.70cm , Length: 21.60cm Weight: 0.372kg ISBN: 9781923067097ISBN 10: 1923067095 Pages: 322 Publication Date: 01 January 2024 Audience: General/trade , General Format: Paperback Publisher's Status: Active Availability: Available To Order ![]() We have confirmation that this item is in stock with the supplier. It will be ordered in for you and dispatched immediately. Table of ContentsReviewsAuthor InformationTab Content 6Author Website:Countries AvailableAll regions |